ukradio
Take UK Radio with you

Listen to live radio and podcasts wherever you go.

Get it on Google Play
BBBBC News Gahuza
Video podcast

BBC News Gahuza

· 50 episodes · United Kingdom

👋🏾 Muraho neza! Ikaze kuri channel nyakuri ya YouTube ya BBC Gahuza. Urugendo rushya rwihariye dutangiranye nawe. Usanzwe utuziho amakuru atabogamye n’ibiganiro by’ubumenyi butandukanye. Hano, tukuzaniye amakuru yacu ya Radio buri munsi ikibiriraho, n’ibiganiro byihariye mu mashusho bituma urushaho kumenya no gusobanukirwa ibiriho ku isi. Ngwino kandi nawe udusangize ibitekerezo byawe utwandikir…

Watch latest

Icicaro gikuru ca bamwe mu bagizi ba nabi bo muri Haiti casambuwe na El Salvador| BBC News Gahuza

12 Stu. 2026

Episodes

50 episodes
18 Stu. 2026

Inama ihuza abaprezida Trump, Xi na Putin igamije iki?|BBC News Gahuza

Abakuru ba Amerika, Ubushinwa n'Uburusiya uko ari batatu bari mu Bushinwa. Bitezwe guhurira mu nama y'imbonekarimwe y'abo bakuru b'ibihugu bitatu vya mbere vy'ibihangange kw'isi.…

18 Stu. 2026

Ku nshuro ya mbere mu mateka Trump, Xi na Putin, bahuriye ahantu hamwe| BBC News Gahuza

Ibiganiro by'aba bayobozi batatu biteganyijwe kubera mu nama ya APEC ihuza ibihugu byo mu karere ka Asia na Pasifika. Kanda hano ukore subscribe 👉🏾 https://www.youtube.com/@BBCNew…

18 Stu. 2026

Menya amateka y'umukobwa yisanze ku bicuruzwa vya Surfo| BBC News Gahuza

Anne Marie Ndenzako uzwi ku izina rya Claire, avuga ko atari azi ko ifoto ye yaskoreshejwe ku mavuta n’isabune bikorwa n’uruganda rwa Sulfo Rwanda, yabimenye agarutse muri Africa …

18 Stu. 2026

Ingingo yo kugumiza Louise Mushikiwabo mu burongozi bwa OIF ntivugwako rumwe| BBC News Gahuza

Iyi ngingo ikomeje guteza impari, yafatiwe mu nama y’abakuru b’ibihugu i Phnom Penh, Cambodia, aho abakuru b’ibihugu vy’iryo shirahamwe bananiwe no gutora umunyamabanga mukuru mus…

17 Stu. 2026

Amakuru ya BBC Gahuzamiryango

Kurikira aya makuru yacu kuva ku wa mbere kugera ku wa gatanu guhera saa 18:30 mu Burundi no mu Rwanda, aho tukugezaho inkuru zikomeye muri ibyo bihugu, mu karere no mu mahanga, n…

17 Stu. 2026

Papa Leo wa XIV muri Peru bamuteye ishapule hafi y'ijisho, ubwo yasuhuzaga abantu | BBC News Gahuza

Ibi byabereye mu mujyi wa Lima wo muri Peru. Iyo shapule yari itewe n'umuntu wari mu mbaga y'abari baje kumureba. Mu ruzinduko yasorejemo urugendo rw'iminsi 12 yagiriye muri Ameri…

17 Stu. 2026

Ibi bihugu byizera ko icyo kigo kizubakwa mu Rwanda kizaba cyatangiye gukora mu 2027|BBC News Gahuza

Ubudage, Denmark, Autriche (Austria), Ubugereki n'Ubuholandi byitezwe gufungura "ikigo cy'abirukanwe" kizaba cyiteguye kubakira mu mwaka wa 2027, nkuko leta y'Ubuholandi na leta y…

17 Stu. 2026

Ni iki cateye impari mw'itora ry'uwurongora OIF?| BBC News Gahuza

Louise Mushikiwabo agiye gukomeza kuyobora Francophonie umwaka umwe nyuma yuko amatora ananiranye, kubera kubura umukandida wumvikanwaho n'abanyamuryango, nkuko bitangazwa n'ibiro…

16 Stu. 2026

OIF: Ibihugu bigize iryo shirahamwe vyananiwe kwumvikana ku worirongora. |BBC News Gahuza

Inama y’abakuru b’ibihugu bikoresha ururimi rw’igifaransa OIF yananiwe gutora umunyamabanga mukuru mushasha. Iyo nama yariko iranbera i Phonpen muri Cambodge yaciye iba irongeye u…

16 Stu. 2026

Uko Byiringiro wari ufite ikibazo cy'amaso yafashishwe na Bukayo akongera kureba|BBC News Gahuza

Inkuru ya Byiringiro Giovanis yamenyekanye ku rwego mpuzamahanga ubwo rutahizamu wa Arsenal, Bukayo Saka, yumvaga iby’akaga ke, nuko abinyujije mu muryango we ukora ibikorwa by’u…

16 Stu. 2026

Mu ruzinduko yagiriraga muri Peru Papa Leo yagendeye imbere mu ndege ya gisirikare| BBC News Gahuza

Peru ni cyo gihugu cya nyuma asuye mu rugendo rwe rw'amateka yagiriraga muri Amerika y'Epfo. Kanda hano ukore subscribe 👉🏾 https://www.youtube.com/@BBCNewsGahuza?sub_confirmation=…

14 Stu. 2026

Rwanda: Kuki hari abanyeshure benshi bariko baraheba amashure?| BBC News Gahuza

Ikiganiro cyacu kiribanda ku burezi mu Rwanda aho urwego rw’uburezi rwugarijwe n’ikibazo cy’abana batarasubira ku mashuri kuva umwaka w’amashuri watangira mu ntangiriro z’ukwezi k…

13 Stu. 2026

Kubera iki aba GEN-Z bari kumanuka cyane mu bwenge?| BBC News Gahuza

Ese koko igisekuru cyose gishobora kuba kiri kugenda kigabanyuka mu bwenge? Amanota mu gusoma, imibare na siyansi y'abanyeshuri bafite imyaka 15 aragenda agabanuka mu kizamini mpu…

13 Stu. 2026

Mu Bufaransa, abasirikare babiri baguye mu gihe Macron yakirana Perezida wa Slovakia|BBC News Gahuza

Amashusho yafashwe na televiziyo agaragaza umwe muri abo basirikare agwa hasi, bituma Perezida w'Ubufaransa, Emmanuel Macron, n'abakozi b'iyo ngoro bihutira kumutabara. Ibinyamaku…

13 Stu. 2026

Burundi: Ibihe vya El Niño bishobora kubangamira benshi |BBC News Gahuza

Mu gihe impungenge zikomeje kwiyongera ku bihe bya El Niño ko bishobora guteza ibiza mu bihugu by’akarere, u Burundi buravuga ko bukeneye amafaranga arenga miliyari 630 z’amafaran…

12 Stu. 2026

Icicaro gikuru ca bamwe mu bagizi ba nabi bo muri Haiti casambuwe na El Salvador| BBC News Gahuza

Umugwi witwa 400 Mawozo, uzwi mu gukora terabwoba no kunyuruza abantu, wagizweko igitero co ku butaka no mu kirere, ku nyubako zawo ziherereye mu nkengera z'umurwa mukuru wa Haiti…

12 Stu. 2026

Uganda: Ishyaka NRM ryanze kwemeza ko Gen Muhoozi Kainerugaba asubirira se.| BBC News Gahuza

Abayobozi bakuru b’ishyaka riri ku butegetsi muri Uganda, National Resistance Movement (NRM), bivugwa ko banze gahunda ya Perezida Yoweri Museveni yo gushyira umuhungu we, Muhoozi…

11 Stu. 2026

Alicios Theluji: Ndipfuza gukorana n'abaririmvyi benshi bo mu karere ka EAC | BBC News Gahuza

Umuririmvyi w'umunya Congo azwi cane mu ndirimbo 'Mpita Njia', Alicios theluji avuga ko umwuga wo kuririmba ku bagore ugoye kubera amabanga y'urugo. Ariko, Alicios avuga ko icatum…

11 Stu. 2026

DR Congo: Hashyizweho itegeko rishya rigenga itora rya kamarampaka| BBC News Gahuza

Iri tegeko rishya, ryateje impungenge ku banya-Politiki batavuga rumwe n'ubutegetsi bibaza niba Prezida Felix Tshisekedi yaba agamije gukomeza kuguma ku butegetsi nyuma ya 2028, i…

11 Stu. 2026

Alice Huang, yikekwa kuba maneko w’Ubushinwa ni muntu ki?| BBC News Gahuza

Nk’uko ikinyamakuru New York Times kibivuga, abategetsi ba Amerika bakeka ko Alice Huang yakorera urwego rw’iperereza rw’Ubushinwa, akegeranya amakuru yerekeye ubuhinga bwa AI bwa…

Oglas
Balkan Radio
Reklama je u tijeku