ukradio
Take UK Radio with you

Listen to live radio and podcasts wherever you go.

Get it on Google Play
BBBBC News Gahuza
Video podcast

BBC News Gahuza

· 50 episodes · United Kingdom

👋🏾 Muraho neza! Ikaze kuri channel nyakuri ya YouTube ya BBC Gahuza. Urugendo rushya rwihariye dutangiranye nawe. Usanzwe utuziho amakuru atabogamye n’ibiganiro by’ubumenyi butandukanye. Hano, tukuzaniye amakuru yacu ya Radio buri munsi ikibiriraho, n’ibiganiro byihariye mu mashusho bituma urushaho kumenya no gusobanukirwa ibiriho ku isi. Ngwino kandi nawe udusangize ibitekerezo byawe utwandikir…

Watch latest

Ni gute urwaruka rw'abarundi amajana n'amajana rwisanze ku rugamba muri Ukraine?| BBC News Gahuza

28 Stu. 2026

Episodes

50 episodes
28 Stu. 2026

Ni gute urwaruka rw'abarundi amajana n'amajana rwisanze ku rugamba muri Ukraine?| BBC News Gahuza

Iki kiganiro c'imvo n'imvano cerekeye urwaruka cane cane rw’abarundi baja mu gihugu c’Uburusiya bazi ko bagiye mu mirimo itandukanye ariko bakisanga ku Rugamba rw’intambara ico gi…

27 Stu. 2026

Burundi: CENI yakuye Agathon Rwasa ku rutonde rw'abazitoreza kuba prezida|BBC News Gahuza

Umurwi w’igihugu ujejwe gutegura amatora mu burundi, CENI, watangaje abemerewe kwitoza mu matora y’umukuru w’igihugu yo mu mu kwezi kwa gatanu mu mwaka uza. Mu bantu cumi bari ba…

27 Stu. 2026

Amashusho: Umuraba ukomeye w'inyanja ya Pacific ukubita umugabo n'imbwa ye| BBC News Gahuza

Byabereye ku nkombe ya Cannon y’inyanja ya Pacific muri Leta ya Oregon muri Amerika. Polisi yatangaje ko bombi barokotse kandi nta n'umwe wakomeretse. Kanda hano ukore subscribe…

27 Stu. 2026

Rosalia Mukandekezi yegukanye imidari myinshi ya zahabu kubera umukino w'igisoro | BBC News Gahuza

Ku myaka 65, Rosalia anitabira amarushanwa y’igisoro kandi amaze kwegukana imidari ku rwego rw’igihugu cyane cyane mu irushanwa ryitiriwe Kagame Cup. Rosalia avuga ko uyu mukino…

26 Stu. 2026

Banki nkuru y'Urwanda yadugije urugero rw'inyungu ku ngurane iha amabanki. |BBC News Gahuza

Banki Nkuru yu Rwanda yadugije urugero rw'inyungu ku ngurane iha amabanki, mu ntumbero yo kgabanya iduga ryibiciro. Umurindi w'iduga ry'ibiciro vy'ibifungurwa wavuye kuri 13,2% us…

26 Stu. 2026

Senateri Fatima Payman yatunguranye mu nteko ishingamategeko ari kumwe n'umwana we| BBC News Gahuza

Fatima Payman yajyanye umwana we mu nama y'inteko ishingamategeko muri Autralia ibintu byatangaje abantu benshi ku mbuga nkoranyambaga Kanda hano ukore subscribe 👉🏾 https://www.y…

25 Stu. 2026

Rwanda: Urwaruka rurenga ibihumbi bitanu rwitavye inama ya YouthConnekt Afrika|BBC News Gahuza

Urwaruka rwo muri Afrika rwasabwe gufata iya mbere mu guteza imbere uwo mugabane, aho kurindira ko bikorwa n’abandi. Ako kamo katewe mu nama YouthConnekt Africa, ibaye ku ncuro ya…

25 Stu. 2026

Iri tsinda rikora umurimo wo kwambarira abageni mu bukwe| BBC News Gahuza

Ubusanzwe, abambarira abageni mu bukwe baba ari inshuti zabo za hafi cyangwa abo mu miryango yabo. Icyakora, hari abageni bahitamo kwishyura abantu babigize umwuga kugira ngo baru…

25 Stu. 2026

Icyo wamenya kuri Pariki ya Nyandungu Eco-Park iri mu mujyi wa Kigali| BBC News Gahuza

Iyi pariki yafunguwe mu 2022, mu rwego rwo kubungabunga neza ibishanga kugira ngo bibe ahantu heza hafasha urusobe rw’ibinyabuzima gukomeza kubaho. Iyi pariki yanahawe igihembo c…

24 Stu. 2026

AFCON2025: Sentare ijejwe gutatura amatati mu vy’inkino yemeje ko Senegal yatsinze |BBC News Gahuza

Igihugu ca Senegal casubiye kwemerwa nk’igihugu catahukanye igikombe ca Afrika c’umupira w’amaguru co mu 2025, inyuma y’ingingo yafashwe na Sentare ijejwe gutatura amatati mu vy’…

24 Stu. 2026

Umuyobozi wa Nvidia Huanga yagarutse ku mirimo ye nyuma y'iminsi yegujwe | BBC News Gahuza

Yari yeguye mu gihe kitarenze ibyumweru bibiri bishize, nyuma yo kwemera ko yagiranye umubano wihariye n’umugore ukekwaho kuba intasi y’u Bushinwa. Kugaruka kwe kwakiriwe n’ibyish…

23 Stu. 2026

Tshisekedi na Ruto bumvikanye gusubizaho imigenderanire hagati y’ibihugu vyabo| BBC News Gahuza

Abakuru ba Kenya na Repuburika ya Demokarasi ya Congo bumvikanye gusubizaho imigenderanire hagati y’ibihugu vyabo nk’uko yahora. Iyo migenderanire yagiyemwo agatosi kuva mu 2023 i…

23 Stu. 2026

Rwanda: Bakusanya imitumba y'insina, bakayikoramo ibitambaro by'imyenda n'ibindi.| BBC News Gahuza

Urubyiruko rwo mu Burasirazuba bwo mu Rwanda, rwifashishije ubudodo ruvana mu mitumba y’insina rugakoramo ibitambaro by’ imyenda, amasakoshi n’ibikoresho bitandukanye byo mu rugo.…

23 Stu. 2026

Claire burya si yo mazina ye| BBC News Gahuza

Ni gute uyu mukobwa witwa Anne Marie Renzako wamamaye nka Claire yisanze ku masabune n'amavuta bya Sulfo Rwanda? Ushaka kureba ikiganiro cyose twagranye waca hano 👉🏾 https://yout…

21 Stu. 2026

Kuki imanza zicibwa na Sentare ya Afrika y'ubuseruko, EAC, nyinshi zidakurikizwa?| BBC News Gahuza

Mu ndwi iheze, ni ho sentare y’ishirahamwe ry’ibihugu vya Afrika y’ubuseruko yahimbaza imyaka 25 irangiye iyo sentare ishinzwe. Iyi sentare ifise icicaro i Arusha, mu buraruko bw’…

20 Stu. 2026

Abantu 60 ni bo bapfa buri musi muri Afrika y'Epfo. |BBC News Gahuza

Abagore hafi 600 ni bo bishwe muri Afrika y'Epfo hagati y'ukwezi kw'indwi n'ukw'icenda muri uyu mwaka, nk'uko vyerekanwa n'ibiharuro vya nyuma igipolisi casize ahabona. Muri abo h…

20 Stu. 2026

Ingabo za Ukraine ubu noneho ziri kurwanira mu buvumo| BBC News Gahuza

Ubu buvumo ni ahahoze ari umuyoboro wa gazi mu gihe cy’Abasoviyeti bubafasha kwirinda drones ziganje mu kirere, imbere ku miringo y’urugamba. Kanda hano ukore subscribe 👉🏾 https:/…

20 Stu. 2026

Perpetue Nirere, ni umwe mu bagore bacye basigaye bakora umwuga w'ubucuzi| BBC News Gahuza

Mu kazi kose Nirere aba ari kumwe n’umugabo we Ndamyabera Fidel. Iyo umwe afashe icyuma ngo kitanyeganyega, undi aba agikubita inyundo ngo cyorohe bityo bashobore kugikoramo igiko…

19 Stu. 2026

Hari abategetsi ba Amerika basaba ko ibihano vyafatiwe Urwanda bisubirwamwo. |BBC News Gahuza

Abashingamateka babiri n’umukenguzamateka umwe bo muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika basabye ko ibihano byafatiwe u Rwanda bisubirwamo, ariko na Repubulika ya Demokarasi ya Congo n…

19 Stu. 2026

Trump, yagaragaye asa n'usinziriye ubwo Perezida w'Ubushinwa, Xi yavugaga ijambo| BBC News Gahuza

Ibi byabaye mbere y'inama ihuza Trump, Xi Jinping na Perezida w'u Burusiya, Vladimir Putin. Kanda hano ukore subscribe 👉🏾 https://www.youtube.com/@BBCNewsGahuza?sub_confirmation=1…

Oglas
Balkan Radio
Reklama je u tijeku